jui
02
2015

Basaba Leta y’u Burundi gushiraho itegeko riha uburenganzira abakenyezi gutorana

Abakenyezi, abajejwe intware, abacamanza eka mbere n’abaharanira agateka ka kiremwa muntu mu ntara ya Rutana, mu Burundi, basaba Leta gushiraho itegeko riha uburenganzira abakenyezi gutorana kugirango umubano mwiza n’umwunvikano bive mumiryango bishware igihugu cose.

Nestor Ndayitwayeko, RPA, Infos Grands Lacs 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 
Durée: 
00:03:40

Partager