fév
17
2016

Bujumbura : Abagendesha amapikipiki bariyamiriza ingingo y’ukubabuza kuja mu gisagara hagati

Abagendesha amapikipiki ku mugwa mukuru Bujumbura bariyamiriza ingingo y’umukuru w’igisagara y’ukubabuza kuja mu gisagara hagati.

Bamenyesha ko ubuzima bwabo bugiye guhagarara.

Eloge Willy Kaneza 

 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager