fév
17
2016

Bujumbura : Abantu barenga 50 bafashwe n’igipolisi mu ma zone atandukanye

Abantu barenga  50 bafashwe n’igipolisi kuruyu wa gatatu mu ma zone atandukanye ku mugwa mukuru w’u Burundi. Abenshi muribo bafatiwe muri zone musaga mu bumanuko bwa Bujumbura. Benshi muribo bari abanyeshure n'abakozi bo mu nzu.

Aba banyagihugu bo ku musaga baratubwira uko vyagenze.

Njangwa Gilbert Beco, umukuru w’ishirahamwe ONELOP Burundi rikurikirana amatora ahanura inzego z’umutekano kutajaniranya abantu mu gihe ziri mu bikorwa vyo gusaka no kurondera "inkozi z’ikibi".

Eloge Willy Kaneza 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager