déc
10
2015

Bujumbura : Abantu icenda bishwe mu minsi ibiri

Abantu icenda nibo bishwe kuva mw’ijoro ryo kuruyu wa kabiri no kuruyu wa gatatu ku mugwa mukuru w’u Burundi, Bujumbura. Batanu muribo biciwe muri zone cibitoke mu buraruko bwa Bujumbura mu gatondo ko kuruyu wa gatatu.

Bamwe mu babanyi bemeza ko abo bantu bishwe bose bishwe n’igipolisi n’igisirikare kandi cabishe kibakuye mu mazu.

Eloge Willy Kaneza 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager