juin
07
2016

Burundi: amafungo kuba islame yatanguye

Kuruyu wambere niho aba islame bo mu Burundi bifatanya n’aba islame bo kwisi mugutangura amafungo meranda azomara ukwezi.Sadiki Kajandi arongoye umuryango w’aba islame mu Burundi amenyesha kwari igihe gikomeye kuba islame, akanya keza ko kwisuzuma.

kaja

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 
Durée: 
00:03:32

Partager