mai
19
2015

Burundi: i Muyinga bategekanya kwirukana abafundi b'indimo badakora

Ubuyobozi bwigisata c'uburimyi n'ubworozi i Muyinga buri mwisekeza ryo gusuzuma ingene abafundi b'indimo ku mitumba barangura akazi kabo. Mu gihe barimyi  n'abajejwe intwaro bagiriza abafundi b'indimo i MUYINGA kutakora akazi kabo ko gufasha abarimyi mu buhinga bwo kurima nkuko bisabwa na Reta yabahaye akazi, mu buyobozi bwuburimyi n'ubworozi i Muyinga bategekanya kwirukana mu kazi abafundi batubahiriza.

Dieudonné NZEYIMANA, Muyinga, Radio Isanganiro 

Langues: 
Thématiques: 
Durée: 
00:02:13

Partager