juin
03
2015

Burundi: umwe yitabvye Imana mu myiyerekano i Matana mu ntara ya Bururi

Abantu batatu nibo bakomeretse, umwe nawe aritaba Imana mu myiyerekano yabereye i Matana mu Ntara ya Bururi kuwa gatatu iginekerezo rya 27 Rusama yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURURUNZIZA.
Mu nkuka y’imisa yo gusezera ubwanyuma uwo yitavye Imana umwungere w’Ishengero rya Angilicane i Matana yasavye Abakririsu gusengera igihugu.
Nestor Ndayitwayeko, Infos Grands Lacs

Langues: 
Genre journalistique: 

Partager