avr
10
2016

Bururi : Umwe mu barongoye umutumba wa Kivumu yarishwe

Umwe mu barongoye  umutumba wa Kivumu muri komine Mugamba, intara ya Bururi yarishwe arashwe n'abantu bataramenyekana muri iri joro ryo kuri uyu wa gatandatu.

Mugihe atakwezi kwari bwahere muri iyo komine abantu babiri bishwe barashwe n'abantu batamenyekanye, buramatari w'iyo ntara avuga ko ubugizi bwa nabi muri iyo komine buzohezwa n'ukudomako intoke inkozi z'ikibi.

Zenon Nzambimana 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager