Jan
13
2016

Cibitoke : igipolisi caroye gusaka ibigwanisho

Kuruyu wa gatatu, igipolisi caroye gusaka ibigwanisho muri karitiye ya Cibitoke mu buraruko bwa Bujumbura. Bamwe mu banyagihugu bavuga ko abantu bagera kuri 50 bafashwe bajanwa gufungwa kandi ko bakubiswe barashaya , mbere baranakomereka kandi ataco bazira.

Uwu numwe mu banyagihugu bahaba.

Eloge Willy Kaneza 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager