juin
15
2016

Grogne des motards dans la province de Rutana

Imyidogo ni myinsji mubagendesha amapikipiki bo kumurwa mukuru w intara ya rutana aho n inuma yaho hari abantu baje gusiga amapikikipiki kuncuro yakabiri mukiringo kidashika amezi ane,bene gusiga iryo rangi rishasha bavugako baserukira abutunze amapikipiki  ko babikora ngo ntiyibwe.uwuserukira ishirahamwe ryo gutwara   abantu n ibintu ATRABU kurwego rw igihugu avugako bidakenewe ko imoto yasizwe yongera gusirwa.Mugipolisi bamenyeshako atatetegeko rissaba gusiga gushasha nayo umushikiranganji wo gutwara abntu n ibintu hamwe n ibikorwa vya leta akamenyeshako ivyegeranyo vyuko ipikipiki mugihugu zasizwe vyamushikiye kwibiriko bikorwa mu RUTANA atavyo azi.

Le point avec Nestor Ndayitwayeko. 

Résumé : Les motards de la province de Rutana grogne. En cause, la peinture de leur moto. 

 

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager