mai
28
2016

Impera n'imperuka umugambi w'ibiganiro uzotera imbere

Ngo Umwizero urahari kuko ibiganiro vyamye bitangura bicumbagira. Ivyo bivugwa na Leonci NGENDAKUMANA arongoye umugambwe Sahwanya Frodebu mu gihe umuhuza mu matata y'abarundi aheruka kwumviriza umurwi Umwe w'abanya politique, Abandi nabo akazobumviriza mu ndwi zi 2 . Leonce Ngendakumana akabona ko naho umugambwe uri butegetsi uterekwa ibiganiro bitagikunda ko usubira inyuma.
Rémy Harerimana, Télé Renaissance

leonce remy 1 1

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 
Durée: 
00:01:17

Partager