nov
27
2015

Makamba : Imvura yarononye ibitari bike

Imvura yaguye kuruwu wa mbere ku mutumba wa Mukungu uri muri Commune Nyanza-Lac y'Intara ya Makamba yarononye ibitari bike nk’amazu, ibiti n ibindi.

Abanyagihugu bo kuruwo mutumba bakaba bari mu kangaratete, bagasaba abagiraneza kubashikako.

Nestor Ndayitwayeko, RPA / Makamba  

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager