jui
20
2016

MU BURUNDI NGO HARACARI ABANTU BAKE BOBA BAGIFISE IBIGWANISHO

Ngo ntawovuga ngo ntamuntu n'umwe akiri mu burundi afise ikigwanisho atabifitiye ubenganzira. Ivyo vyvuzwe na Alain Guilluame Bunyoni, umushikiranganji w'umutekano mugihe yariko arashikiriza ivyaranguwe mu mezi atandutu yambere y'uwu mwaka. Umushikiranganji Bunyoni akavuga ko ari naco gituma hariho umurwi ujejwe gukura ibugwanisho mu banyagihugu.

Bilan Bunyoni ckir1

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 
Durée: 
00:01:34

Partager