mai
16
2016

Rumonge : Abagiye kurongora umugambwe UPRONA baragenywe

Abantu batatu bagiye kurongora umugambwe UPRONA mu ntara ya Rumonge baragenywe mw’ikoraniro kaminuza ryari ryatunganijwe mu gisagara ca Rumonge kuri uyu w’Imana. Iryo genwa ariko ntiryumvikanyweko, bamwe bakaba bipfuza amatora.

Jean-Pierre Misago yarabikurikiranye.

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager