fév
24
2016

Rutana : Abatanzaniya barashima ku binjira i Burundi bakarangura imirimo yabo neza

Abanyagihugu babatanzania baca kuvyambu biri muri commune Bukemba y’intara ya Rutana barashima ku binjira i Burundi bakarangura imirimo yabo neza. Nayo Abarundi harimwo bamwe bamwe bavugako bishika bagafarwa nabi binjiye Tanzaniya. Bed Nyandwi buramatari w'Intara ya  Rutana agasaba Abarundi baja murico gihugu kwitura abategetsi baho mugihe hari ibibagoye.

Nestor Ndayitwayeko

Langues: 

Partager