jui
20
2016

UBUFARANSA BWOBA BUKENEYE ABABUFASHA MUVY'UMUTEKANO GUSUMBA UBURUNDI MURI KINO GIHE

Mugihe igihugu c’ubufaransa casabiye u burundi munama nkuru ya onu abapolisi bagera ku 200, umushikiranganji Bunyoni ajejwe umutekano mugihugu amenyesha ko atazo uburundi bwasavye kandi ngo ubu ubufaransa burakeneye ababufasha cane gusumba uburundi.

Bilan Bunyoni kir2

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 
Durée: 
00:01:35

Partager