juin
12
2016

Urwaruka rurasabwa kutajana nyabahururu

Pascal_NIYONGABO.jpg

Pascal NIYONGABO

Kuwa 11 Ruheshi, ishirahamwe ry’abacitse kw’icumu mumakuba Uburundi bwaciyemwo, AMEPCI-Gir’Ubuntu ryaratunganije igikorwa co kwibuka abanyeshure bagandaguriwe muri kaminuza y’Uburundi mu mwaka w’1995. Abacitse kw’icumu ici gihe barasiguye uko babibonye bongera basaba umugwi w’Igihugu ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi gukorera no kuri Kaminuza. Pascal NIYONGABO, ari mubacitse kw’icumu igihe iryo bara ryagwa muri Kaminuza, yamezako abanyeshure bakoze ibara bagiye kumohe y’abanyapolitike. Ahanura urwaruka rwa none kutagwa m’umutego nk’uwo abandi baguyemwo.

Kurikira Pascal NIYONGABO

Langues: 
Genre journalistique: 
Thématiques: 

Partager